Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
'Ikibuye' citezwe ko gishobora kugonga isi vuba
'Ikibuye' citezwe ko gishobora kugonga isi vuba
Yatangajwe
Ico 'kibuye' (asteroid) ciswe 2024YR4 cogonga isi, coba gifise inguvu nk'iza 'bombe' ruhonyanganda.
Mu 1908, igishaka kungana n'ico, cagonze isi, mw'ishamba ryo muri Siberia, kuri 2 000km2, ibiti ama miliyoni vyarahonye.
None, icitezwe cogonga isi, ni ibihe bice vy'isi vyobangamirwa?