Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Nigeria: Miriam ni we muhinga w’ivyo amazi mu karere iwabo
Nigeria: Miriam ni we muhinga w’ivyo amazi mu karere iwabo
Yatangajwe
Miriam Ibrahim amaze gusanura amabombo arenga 200.
Mu ndoto ziwe zo gushika ku 10 000, ari muri bake b’abahinga b’ivyo amabombo y’amazi, m’uburaruko bwa Nigeria.
Ahanganye n’ivyo bamuvugako bica intege kuko ari umwuga wiganjemwo abagabo.
We ahamagarira abagore kwijukira uwo mwuga kuko guharanira amazi meza ari igikorwa ca bose.