Uko ubutunzi -izuba n’amazi- buri henshi muri Afrika bufasha abanyagihugu

Insiguro ya video, Umuyagankuba uva ku mishwarara y'izuba ukwiragiza amazi meza.
Uko ubutunzi -izuba n’amazi- buri henshi muri Afrika bufasha abanyagihugu
Yatangajwe

Muri Nigeria, mu barutse mu myaka mirongo iheze, bavuga ko amazi meza yari nk’inzahabu.

Ubu, nk’ahandi henshi mw’isi, ubumenyi butuma hakoreshwa umuyagankuba uvuye kw’izuba, amazi meza agakwiragizwa.

Ni ubuhinga buriko burakwira muri Africa, kandi bugakiza abanyagihugu.

Nigeria: Umuyagankuba uva ku mishwarara y'izuba ukwiragiza amazi meza.
Insiguro y'isanamu, Umuyagankuba uva ku mishwarara y'izuba ukwiragiza amazi meza.