“Abandi baroba ifi, jewe mfatisha ivyuma”

Insiguro ya video, Uyu mugabo, ubuzima avuga ko busa n’ubugiye guhagarara.
“Abandi baroba ifi, jewe mfatisha ivyuma”
Yatangajwe

Ganguly ni umugabo wo muri Bangladesh, yari amaze imyaka 35 ‘aroba’ ivyuma, akabigurisha.

Asigura uko ubuzima avuga ko busa n’ubugiye guhagarara.

Mu gitondo yatonda ‘kuroba’, k'umugoroba, akagurisha ivyo yaronse, agatunga umuryango.

K’umunsi yinjiza hagati ya $5 na $10.

Ganguly w'i Bangladesh k’umunsi yinjiza hagati ya $5 na $10
Insiguro y'isanamu, K’umunsi yinjiza hagati ya $5 na $10