Zambia: abana mu mashule, barabura n’ihemero
Zambia: abana mu mashule, barabura n’ihemero
Yatangajwe
Zambia iheruka gusohora umuliyari w'ama $ ku bigisha n'inyubako z’inyigisho.
“Ayo mahera yahinduye iki muri ico gisata?”
Ni ikibazo abahinga ba Zambia bibaza mu gihugu amashule abana biga bicaye hasi.
Vyose vyahindutse mu 2021, leta ya Zambia ishinze ko kwiga ari k’ubuntu.
“Noshima ko abana barundana mu mashule, hako birirwa mu ma barabara.”.




