Albania: ivyo bemera kuri korowani yambere nto, kw’isi
Albania: ivyo bemera kuri korowani yambere nto, kw’isi
Yatangajwe
Muri Albania, umuryango w’aba Prushi wagiye urahanahana iki gitabu ca Islam, kuva mu kinjana ca 19.
Bemeza ko iyi korowani ifise inguvu zidasanzwe.
Ng’ibi ivyo bavuga biyiranga.