Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Aha ni igihe igipolisi ca Israel cabohoza imbohe muri Gaza
Aha ni igihe igipolisi ca Israel cabohoza imbohe muri Gaza
Yatangajwe
Aya ni amasanamu yerekanywe n’igipolisi ca Israel, kivuga ko ku wa gatandatu (07-06-2024) cinjiye mu nzu y’i Gaza, kigatabara imbohe za Hamas.
Ni amasanamu yerekana igitero kidasanzwe, ahari hapfungiwe imbohe 4 zarekuwe zose.
Itororokanirizo ry’amakuru ‘Reuters’ rigisohora aya masanamu, ntiryari bwatohoze ikibanza n’igihe vyabereye.
Mu nyuma, itohoza ryashize ahabona amazina y’izo mbohe.