RD Congo: Ingamba zo gucandaga zatanguye zizotuza mpox?

Insiguro ya video, Ishami rya OMS rikurikirana iyo ngwara rihanura ibihugu gukurikiza ingamba zo gukinga.
RD Congo: Ingamba zo gucandaga zatanguye zizotuza mpox?
Yatangajwe

Ukwezi kwa cumi, hatangujwe ingamba zo gucanca aba nye Kongo ‘akaranda’ -mpox-.

OMS / WHO, ishami rya ONU, igisata gikurikirana ivyo iyo ngwara rihanura ibihugu bibangamiwe gukurikiza ingamba zafashwe, harimwo incanco.

Naho hakiri izindi ngorane nk’ingaburo zidakwiye, umutekano muke, … bituma nk’abana babangamirwa, abahinga baremeza ko ako karanda gashobora gutuzwa mu mezi make.

Ishami rya OMS rikurikirana iyo ngwara -mpox- rihanura ibihugu gukurikiza ingamba zo gukinga.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Ishami rya OMS rikurikirana iyo ngwara -mpox- rihanura ibihugu gukurikiza ingamba zo gukinga.