Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kuva Israel itewe n’umuhari Hamas, inguvu ziri muri izi ntambara zirarenze
Kuva Israel itewe n’umuhari Hamas, inguvu ziri muri izi ntambara zirarenze
Yatangajwe
Umuhari Hamas wa Palestina wemeza ko wakoresheje inguvu zikomeye mu bitero kuri Israel.
Ivyo bitero vyo k’uwa 7 z’ukwa 10, vyari bigizwe n’ibibombe vyatererwa mu karere ka Gaza.
Hanabaye n’abarwanyi binjiye k’ubutaka bwa Israel, bananyuruza n’aba nye Israel.
Ubudagi bumenyesha ko mu banyurujwe harimwo Abadagi benshi.
Israel yashizemwo inguvu zidasanzwe, n’ama nama ya ONU vyibazwa uko ashobora kuyihagarika.