Sawayama, umuririmvyi yatahuye ko urukundo rwari uruhendo

Insiguro ya video, Rina Sawayama, ni umuririmvyi rurangiranwa yamuka m’Ubuyapani.
Sawayama, umuririmvyi yatahuye ko urukundo rwari uruhendo
Yatangajwe

Rina Sawayama, ni umuririmvyi rurangiranwa yamuka m’Ubuyapani.

Iyo aba I London, ashinga intahe ubwa mbere, ko urukurikirane rw’indirimbo [album] yasohoye, rushingiye ku magorwa yaciyemwo m’ubuto.

Avuga ko urukundo n’umwigisha wiwe, aho yiga, rwari uruhendo, kandi ko vyamukozeko cane.

Rina Sawayama, umuririmvyi yaciye m'uruhendo rw'urukundo.
Insiguro y'isanamu, Rina Sawayama, umuririmvyi yaciye m'uruhendo rw'urukundo.