'Imipira ya Football, Volleyball, Rugby... yose turayikora' - Munezero Justin
'Imipira ya Football, Volleyball, Rugby... yose turayikora' - Munezero Justin
Yatangajwe
Abamaze gukina imipira ikorwa na Greatest Generation 2020 (GG2020) barayishima cane kubera ngo ikomeye.
Iyo mipira bavuga ko ari myiza ku bibuga birimwo amabuye canke ivyatsi kuko ikozwe mu rukoba.
Uwurongoye GG2020, Munezero Justin avuga ko n'akabeyi katavuna.