Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Gaza : “Iyo tuguma mu bitaro indi minota 5 twari kuba twarishwe”
Gaza : “Iyo tuguma mu bitaro indi minota 5 twari kuba twarishwe”
Yatangajwe
“Batangiye kudutera amabombe, twiruka tuva Al-shifa”.
Bivugwa na Samira Al-Khoar, warokotse.
We n’umuryango bahunze ibitaro binini muri Gaza.
BBC kandi yohererejwe amashusho yerekana uko ibyo bitaro byononekaye kubera ibitero.
Impinja zavutse imburagihe zashizwe mu cyumba kimwe, muri ibyo bitaro.
Israel yavuze ko izakwimurira izo mpinja mu bindi bitaro.