Gaza: Omar na benewabo 5 buzuye agahinda, k’ubupfuvyi
Gaza: Omar na benewabo 5 buzuye agahinda, k’ubupfuvyi
Yatangajwe
Omar ni umwana w’imyaka 13, yagerageje kurokora abavyeyi biwe mu bihomoka.
Hari mu bitero vya Israel.
Kamwe muri bashiki biwe kari kumwe na nyina na se, ko kararokotse.
“Ese iyaba abavyeyi bari bakiriho, turi m’umuryango”.
Nizo ndoto Omar w’I Gaza afise, kandi arazi ko bitagishoboka.




