Igikombe c’isi ku bagore: “Nabwirizwa kudandaza imbombo ngo nitunge muri football”

Insiguro ya video, Uyu mwaka, ari mu bazoserukira igihugu mu gikombe c’isi, ubwa kabiri.
Igikombe c’isi ku bagore: “Nabwirizwa kudandaza imbombo ngo nitunge muri football”
Yatangajwe

Menya neza : twarihenze, Leicy yabaye umugore wa kabiri aronkejwe agashimwe k'itororokanirizo ry'amakuru EEF (si we wa mbere).

Ku myaka 13, Leicy Santos yarahinduye burundu ubuzima, yimukira i Bogota.

Uwo mugwa mukuru wa Colombia, ubuzima ntibworoshe, ariko yahakomereje impano, aba rurangiranwa muri football, ashika m’umugwi Atletico de Madrid.

Uyu mwaka, ari mu bazoserukira igihugu mu gikombe c’isi, ubbwa kabiri.

Leicy Santos, umukinyi w'umugore wa Colombia
Insiguro y'isanamu, Leicy Santos umukinyi wa Colombia