Paris: Inkino za 2024Olympics zaje nk’indoto mbi ku bimukira badafise aho baba
Paris: Inkino za 2024Olympics zaje nk’indoto mbi ku bimukira badafise aho baba
Yatangajwe
Inkino z’isi za 2024Olympics zifise intumbero yo guha agaciro inkino, ariko n’isura yindi igisagara Paris cazitunganije.
Ivyo nivyo abagwanira iteka rya muntu badashaka kwumva mu matwi yabo.
Biyamiriza uko impunzi n’abandi bimukira bomowe mu gisagara Paris kubera izo nkino.
Bashigikiye abarara hanze?