Gaza: “Turara dusezeye abana”

Insiguro ya video, Khaled, ivyo akorera i muhira bigira ingaruka k’ubuzima bw’abana biwe.
Gaza: “Turara dusezeye abana”
Yatangajwe

“Birashoboka ko butoca kuri twese”.

Khalid yahinduye inzu yiwe aho avurira abakomeretse, ivyo imfatakibanza.

Uno yahora adadaza imiti, ubu afasha abarwaye ivyihutirwa.

Ariko ivyo akorera i muhira bigira ingaruka k’ubuzima bw’abana biwe.

Khalid atwereka ubuzima amazemwo igihe, kuva intambara za Gaza zisubiriye.

Khaled, ivyo akorera i muhira bigira ingaruka k’ubuzima bw’abana biwe.
Insiguro y'isanamu, Khaled, ivyo akorera i muhira bigira ingaruka k’ubuzima bw’abana biwe.