Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Gaza: imbohe za Israel zitatu zatanzwe n'inguvu nyinshi
Gaza: imbohe za Israel zitatu zatanzwe n'inguvu nyinshi
Yatangajwe
Hamas yarekuye abakobwa batatu b'aba nye Israel, leta ya Netanyahu irekura 90 b'aba nye Palestina yapfunze inyuma y'igitero co mu 2023.
Naho umuhari Hamas wabangamiwe muri Gaza, igihe co gushikiriza izo mbohe CICR, berekanye ko bakiriho.
Amasezerano yo guhagarika ingwano, harimwo ko hategekanijwe ko Hamas irekura abandi 33, Israel nayo, 1900.