Korea ya ruguru 'yavavanuye' umubano na Korea y’epfo

Insiguro ya video, Korea ya ruguru ivuga ko ivyo yakoze ari ukwivuna umubanyi acuditse cane na USA.
Korea ya ruguru 'yavavanuye' umubano na Korea y’epfo
Yatangajwe

Hari hazindutse haboneka ibiduga vya gisirikare k’umupaka wa Korea ya ruguru.

Hari inyuma y’ingingo y’ubutegetsi bw’i Pyongyang bwo kuvavanura n’igihugu kibanyi, Korea y’epfo.

Igisoda ca Korea ya ruguru KPA cavuze ko ari ukwivuna Korea y’epfo icuditse cane na USA.

Korea ya ruguru ivuga ko ivyo yakoze ari ukwivuna umubanyi acuditse cane na USA.
Insiguro y'isanamu, Korea ya ruguru ivuga ko ivyo yakoze ari ukwivuna umubanyi acuditse cane na USA.