Kuki uyu mugore yicapishijeko gushika k’ururimi?
Kuki uyu mugore yicapishijeko gushika k’ururimi?
Yatangajwe
Esperance Fuerzina afise ‘tatouages’ gushika mu jisho.
Uyu yahoze ari umusirikare muri USA, avuga ko m’ubuzima bwiwe atigeze aba ahantu hamwe.
Avuga ko yaronse ico azokwama yimukana hose kandi ko ari iteka, yokwandikwa mu gitabu c’ibidasanzwe kw’isi, Guinness.




