Liban na Gaza, abana 17 000 baramaze gucibwa ibihimba kubera intambara
Liban na Gaza, abana 17 000 baramaze gucibwa ibihimba kubera intambara
Yatangajwe
Muri Gaza, abarenga 22 500 bafise inguma ziguma zunyuka, harimwo abashika 17 000 baciwe ibihimba.
Ku 300km m’uburaruko, ibice vya Liban navyo biraterwa na Israel ivuga ko ihiga umuhari Hezbollah.
Abo bana babangamiwe n’ingwara, n’ubumuga butandukanye bunaturutse ku ntambara, nta buvuzi bukwiye baronka no mu bitaro bakiriwemwo.
Abana barenga 400 000 baramaze guhunga muri Liban, kubera izi ntambara.




