Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibikorwa vy'igipolisi kidasanzwe gitabara abagore 'bagurishijwe'
Ibikorwa vy'igipolisi kidasanzwe gitabara abagore 'bagurishijwe'
Yatangajwe
Muri Espagne bahaca ari ibihumbi, bajanwa mu bindi bihugu gushurashuzwa, no gukoreshwa ayandi mabi.
Benshi bakurwa muri Africa na Amerika y'epfo.
BBC yakurikiye inteko zidasanzwe mu gihe zatabara bamwe muri bo.
"Winjiye aho hantu babashira, uvayo wipfuza guta impuzu z'akazi kuko utokwibaza ko wozimesa ngo umunoko uhere".