James Barnor, ku myaka 95, hashimagizwa amateka yanditse nk’umufotozi

Insiguro ya video, "Mu gufotora, nashira imbere abantu n'ubuzima bwabo".
James Barnor, ku myaka 95, hashimagizwa amateka yanditse nk’umufotozi
Yatangajwe

Iwabo muri Ghana, yateguriwe ibirori, afatwa nk’intwari, ku bikorwa vyiwe vyo gufotora, ubu ageze mu za bukuru.

“Ababonye iyo nafotoye rurangiranwa wa ‘box’ Muhammed Ali, bavuga ngo ‘uyu mugabo arakomeye’”.

Yatanguye akorera ikimenyeshamakuru ca mbere c’abirabure i London, cashingira k’ubuzima bw’abirabure igihe ca ‘Apartheid’, muri Africa y’epfo.

James Barnor: "Mu gufotora, nashira imbere abantu n'ubuzima bwabo".
Insiguro y'isanamu, "Mu gufotora, nashira imbere abantu n'ubuzima bwabo".