Uwa mbere azoserukira Australia m’umwitwikiro mu nkino za ‘Olympics’
Uwa mbere azoserukira Australia m’umwitwikiro mu nkino za ‘Olympics’
Yatangajwe
Tina Rahimi nt’azokwibagiranwa, nk’umukobwa wa mbere yaserukiye Australia mu nkino za ‘Olympics’, yambaye umwitwikiro.
Uno mukinyi wa box avuka ku bimukira bo muri Iran.
Yari umukobwa yakunda gusīga abandi, ariko arahava yibera urukino rwa box.
Muri ino nkuru, arasigura imvo.