Uko igisagara Jakarta cibira mw’ibahari, iyi nyishu izorama?

Insiguro ya video, Inzu za mbere zubatswe i Nusantara zizokwakira hafi imiliyoni 2 z'abazibamwo.
Uko igisagara Jakarta cibira mw’ibahari, iyi nyishu izorama?
Yatangajwe

Kuva igisagara gikuru ca Indonesia Jakarta kiriko kiribira mw’ibahari, giterwa n'imyuzure, haruzuranye, ikirere kirahumanye, ... kiriko cimurirwa mu gisagara gishasha Nusantara.

Nusantara ni nk'igisagara Kampala incuro 8 ... nka Kigali 2, nka Bujumbura canke Goma hafi incuro 20.

Hagukosora iyo ngorane, bahisemwo igisagara gishasha.

Uwo mugambi uzorama?

Indonesia: Inzu za mbere zubatswe i Nusantara zizokwakira hafi imiliyoni 2 z'abazibamwo.
Insiguro y'isanamu, Inzu za mbere zubatswe i Nusantara zizokwakira hafi imiliyoni 2 z'abazibamwo.