Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibaze gutambukira ku mugozi mu kirere ku 200m
Ibaze gutambukira ku mugozi mu kirere ku 200m
Yatangajwe
Jaan Roose niwe yatwaye igikombe c'isi incuro 3, mu gutambukira k'umugozi mu kirere.
Uno munsi, ari mw'ihuriro ry'i Dubai "1 Billion Followers Summit".
Ashinga intahe uko gutambukira k'umugozi hagati y'amagorofa 'Jumeirah Emirates Towers' bitabaye icoroshe.
Mu myaka 15 abikora, ubu yatambuka k'umugozi umanitse kuri izo gorofa z'i Dubai zirenza 300m z'uburebure.