“Iruhande y’intambara, duhanzwe n’imyuzure”

Insiguro ya video, Amazu aharurwa mu majana yarabomotse, anahitana ubuzima bw'abantu.
“Iruhande y’intambara, duhanzwe n’imyuzure”
Yatangajwe

N’imiburiburi, abantu 17 barapfuye bahitanywe n’imyuzure, m’uburaruko bwa Sudan.

Agasagara Abu Hamed, isuri yarakubuye, amazu aharurwa mu majana arabomoka.

Isegenya yok u wa Mungu mw’ijoro yatumye n’imfashanyo zitagishikira imbabare kubera intambara zisanzwe muri Sudan, nk’uko vyemezwa na ONU.

Sudan: Amazu aharurwa mu majana yarabomotse, anahitana ubuzima bw'abantu.
Insiguro y'isanamu, Amazu aharurwa mu majana yarabomotse, anahitana ubuzima bw'abantu.