Hawaii: ni inkuru nka “ntiyashoboye gukiza umugore yaguye mu gitanda kubera ingwara”

Insiguro ya video, Umuriro wadutse, utema utongora.
Hawaii: ni inkuru nka “ntiyashoboye gukiza umugore yaguye mu gitanda kubera ingwara”
Yatangajwe

Umuriro utema utongora muri Hawaii, urandagata uhawe inguvu n’igihuhusi Dora.

Hamenyekanye amakuru ateye agahinda, ku baba cane cane kw’izinga Maui.

Hawaii: umuriro wateye ibara.
Insiguro y'isanamu, Inzu zaratokombeye, abantu barapfa.