“Jewe ntibankonye!”

Samuel Mariño aririmba ijwi ryo hejuru cane.
Insiguro y'isanamu, Samuel Mariño aririmba ijwi ryo hejuru cane.
“Jewe ntibankonye!”
Yatangajwe

“Nkiri umuyabaga, narashatse guhindura uko nari ndemwe kuberako abantu bansotora cane.”

Samuel Mariño ni umwe mu bagabo bake kw’isi aririmba ijwi ryo hejuru cane.

Kera vyakorwa n’abagabo bakonywe, ariko ubu ni ubuhinga bugwiriyemwo abagore.

Insiguro ya video, Samuel Mariño ni umwe mu bagabo bake kw’isi aririmba ijwi ryo hejuru cane.