Tanzania: Kuki umuririmvyi ‘Nandy’ yashinze umugwi w’abakobwa gusa?
Tanzania: Kuki umuririmvyi ‘Nandy’ yashinze umugwi w’abakobwa gusa?
Yatangajwe
“The African Princess”, ni umurwi w’abaririmvyi b’abakobwa gusa, washinzwe n’umu nye Tanzania-kazia Faustina Charles Mfinanga, azwi kw’itazirano ‘ Nandy ‘.
Nandy avuga ko ari ukugira bikingirire hamwe abababangamira, bashobore no kwimenyekanishiriza hamwe, biteze imbere.
Ariko, iyo ngendo nta nkurikizi?




