Beyoncé aje, “N’ubutunzi bwa mama nogurisha nkaja mu giteramo”

Insiguro ya video, Kuki ba rurangiranwa bo hanze y’umugabane batagishika muri Africa?
Beyoncé aje, “N’ubutunzi bwa mama nogurisha nkaja mu giteramo”
Yatangajwe

Ibiteramo vya Beyoncé bitegekanijwe vyatumye BBC yegera abakunzi b’umuziki.

Kuki ba rurangiranwa bo hanze y’umugabane batagishika muri Africa?

Abakunzi ba Beyoncé bavuga ivyo bipfuza, mu gihe we, naho atarashira k’urutonde rw’ibiteramo Africa, hakiri icezere.

Ifatiro ni uko we yemera bagenzi biwe ba Africa nk’abo bakoranye m’urukurikirane “The Gift”.

Ibiteramo vya Beyoncé biteganywa, Africa n'irimwo
Insiguro y'isanamu, Gushika ubu Beyoncé nt'arateganya kugaruka muri Africa