Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ecuador: ivyo Fernando Villevicencio yoba yishwe azira
Ecuador: ivyo Fernando Villevicencio yoba yishwe azira
Yatangajwe
“Ntidushobora kwemera abandi boduhemukira”.
Ni bimwe vyaranga imvugo mu myiyamamazo ya Fernando Villavicencio yishwe mu myiyamamazo, i Quito.
Umugore asize, yagiriza ko ari integuro ya leta ya Ecuador, itanakingira aba nye politike batavuga rumwe nayo.
Leta yafashe abagabo 6 mu matohoza y’ubwo bwicanyi.