Gaza: igitero ca Israel cagesheje abantu i Rafah

Insiguro ya video, Rafah: abantu n'imiburiburi 45 bapfiriye mu gitero ca Israel, umunsi wa Mungu.
Gaza: igitero ca Israel cagesheje abantu i Rafah
Yatangajwe

Ivyo bitero vyasize abari abantu ari ibihimbahimba, k’uwa Mungu, mw'ikambi y'impunzi.

Iyo kambi iri hafi y’ishami rya ONU, UNRWA yari yashizwe kw’ikarata ya Israel mu bice vyo gukingira.

Mu bitaro vyitiriwe Abu yousef annajar vyo ngaho i Rafah, bavuga ko ata vyinshi bagishoboye.

Benjamin Netanyahu yavuze ko ari isanganya ribabaje.

Rafah: abantu n'imiburiburi 45 bapfiriye mu gitero ca Israel, umunsi wa Mungu.
Insiguro y'isanamu, Abantu n'imiburiburi 45 bapfiriye mu gitero ca Israel, umunsi wa Mungu.