Palestina: Utahure ivyo igitambara kidasanzwe mu ntambara na politike
Palestina: Utahure ivyo igitambara kidasanzwe mu ntambara na politike
Yatangajwe
Ico gitambara gikunze kwambarwa n'abarwanira Palestina.
Mu myaka ya 2000s, 'keffiyeh' yabaye nk'umudeli.
Ni umwambaro ufatwa na bamwe mu bashigikiye Israel, nk’umwambaro w’agasomborotso.