Polisi ya Amerika ikomeje gufata abigaragamvya bashigikira Palestine

Insiguro ya video,
Polisi ya Amerika ikomeje gufata abigaragamvya bashigikira Palestine
Yatangajwe

Muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika igipolisi kibandanije gufata no gushwiragiza abari mu myiyerekano kuri za Kaminuza hiryo no hino mu gihugu.

Iyo myiyerekano igirwa n'abashigikiye Palestine kubera ibitero Israel igaba muri Gaza, ariko kandi hakaba n'abashigikiye Israel baza guhangana nabo.