Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kuki Iran ivugwa mu ntambara nyinshi kw’isi?
Kuki Iran ivugwa mu ntambara nyinshi kw’isi?
Yatangajwe
Kuva intambara ya Irak na Iran yaheze mu 1988, nta ntambara irasubira kubera ku gataka ka Iran.
Iran yarize ingendo n’amayeri yo gushigikira imigwi [nka Hezbollah, Hamas…] n’ibihugu bigwanya abo ifata nk’abansi, cane cane USA, Ubulaya canke nka Israel.
Uretse ‘uguhamana’ gushingiye no kuri kahise, ibihugu bimwe vy’Abarabu nka Saoudi Arabia, bipfa ukwemera kwa Islam.
Ariko ukwemera gusa ntigukwiye, kuko Iran yiganjemwo aba Shiites, irafasha umugwi nka Hamas w’aba Sunnites.