Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Burundi - Tennis: "Sada nahimana ni uwa gatatu muri Afrika, ariko ntibivugwa bikwiye"
Burundi - Tennis: "Sada nahimana ni uwa gatatu muri Afrika, ariko ntibivugwa bikwiye"
Yatangajwe
“Niwe karorero kanje, ndamwigirako vyinshi”. Bivugwa na Hoziane Kitambala, uwundi murundikazi yaboneye izuba m’urukino rwa tennis.
“Abana bava mu kibano kibayabaye, baza kwiga urwo rukino ubona ko bafise irindi shaka, ryo kurugira umwuga”.
Ni intahe ya Gilbert Nibigirwe atwara ishirahamwe rya tennis mu Burundi.
Ariko, Sada Nahimana yashitse kuri urwo rugero gute?
Kazoza ka tennis kabonwa gute ku bakiri bato?
Na Audace Machado