Senegal: Sonko, umu nye politike akomeye mu gihugu yapfunguwe

Senegal: Sonko, umu nye politike akomeye mu gihugu yapfunguwe
Yatangajwe

Ipfungwa rya Ousmane Sonko ryari ryunyuye icuka kibi cari mu vya politike muri Senegal.

Yari yapfunzwe yagirizwa ivyaha bamwe babona ko ari akarenganyo ka politike.

Yafashwe mu gihe imyiyamamazo y’abitoreza gutwara igihugu yari itanguye.

Yarekuwe ku kigongwe c’umukuru w’igihugu Macky Sall.

Ariko gushika ubu ntiyemerewe kwitoza mu matora ategekanijwe vuba.