Akivuka, yarihakanywe, ahebwa n’abamuvyaye, kubera isura yiwe

Insiguro ya video, 'Ntitwipfuza guhura, na gato. Ubundi butumwa -bwawe-, tuzobwihoza'.
Akivuka, yarihakanywe, ahebwa n’abamuvyaye, kubera isura yiwe
Yatangajwe

'Ntitwipfuza guhura, na gato. Ubundi butumwa -bwawe-, tuzobwihoza'.

Ni ubutumwa abavyaye Jono Lancaster bishuye ikete yabandikiye, akuze.

Akivuka, haheze amasaha 36, baramuhevye barigira.

Mu nyuma, intahe ziwe zarafashije abo bigana batari bazi n’abavyeyi babo.

Ng’uku uko vyamuhaye inguvu.

Jono Lancaster yahebwe n'abavyeyi
Insiguro y'isanamu, Jono Lancaster yahebwe n'abamuvyaye kubera isura yiwe