Zanzibar: Atuwa, mu buto bwiwe, ari mu bakingira ‘marijani’

Insiguro ya video, Atuwa yarubuye kimwe mu vyo yagenewe kumara kuri iyi si.
Zanzibar: Atuwa, mu buto bwiwe, ari mu bakingira ‘marijani’
Yatangajwe

Atuwa Omar ashobora kuba intwari kubera ibikorwa vyiwe vyo gukingira icimeza kiriko kirahona mu mazi y’i Mnemba, Zanzibar.

Korali, abandi bita ‘marijani’ ni icimeza kiri k’umushiro, kubera ihinduka ry’ikirere, n’uburovyi butagira urugero.

Atuwa yabwirwa ko gukorera mu mazi, yibira, atari ivyo abagore, ubu yanaronse akazi kamutungiye umuryango.

Atuwa w'i Zanzibar yarubuye kimwe mu vyo yagenewe kumara kuri iyi si.
Insiguro y'isanamu, Atuwa yarubuye kimwe mu vyo yagenewe kumara kuri iyi si.