Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kuki ifatwa rya Goma na M23 bidasanzwe muri RDC?
Kuki ifatwa rya Goma na M23 bidasanzwe muri RDC?
Yatangajwe
Incuro nyinshi, umuhari M23 wagarukiye kw'irembo rya Goma, ariko urahava urafata ico gisagara.
"Intambara z'ubu n'izo mu 2012 ziratandukanye", intahe y'uwabonye M23 ifata Goma n'ico gihe.
Perezida Tshisekedi arahumuriza abaturatura, harimwo n'abasoda ba FARDC bahungiye mu Rwanda, ko "kwivuna umwansi biriko biratunganywa".
Ishirahamwe Amnesty International ryo rigabisha kw'ikoreshwa ry'ibigwanisho biremereye.