Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Nanje ndashobora gukunda”: LGBTQ n’ibitavugwa muri Korea ya ruguru
“Nanje ndashobora gukunda”: LGBTQ n’ibitavugwa muri Korea ya ruguru
Yatangajwe
Ubukari bwa Korea ya ruguru bushingiye ku mico, ururimi, … abahuza ibitsina bisa bo bafatwa nk’inkozi z’ibibi.
Aba LGBTQ m’ubukehwa bwabo bo barinyegeza, ababishoboye ‘bagatoroka’ igihugu.
Muri izo nkehwa, harimwo abadatahura uko bafatwa, barabiye uko abantu basanzwe babana.