"Gusabikanya ubumenyi bindutira kwibaza ko aba 'Talibans' bonyica.

Insiguro ya video, “Gusabikanya ubumenyi bindutira kwibaza ko aba ‘Talibans’ bonyica.
"Gusabikanya ubumenyi bindutira kwibaza ko aba 'Talibans' bonyica.
Yatangajwe

Deljan ni umutamakazi agurisha ibitabu mu mabarabara, yishimira kubona abagikunda gusoma.

Avuga ko atangura kudandaza isaha cumi n'imwe, gushika isaha zitatu z'ijoro.

Uyu ni umwe mu bagore 100 bakora ibidasanzwe mw'isi, BBC ibahitiramwo uko umwaka utashe.

Deljan yari umwana mu 1996, igihe aba Taliban bafata Afghanistan ubwambere, aca arahagarika kwiga nk'abandi bakobwa.

Deljan amaze imyaka agurisha ibitabu mu mabarabara ya Afghanistan.
Insiguro y'isanamu, Deljan amaze imyaka agurisha ibitabu mu mabarabara ya Afghanistan.