Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Nelson Amenya, umunyeshule 'yakijije' Kenya
Nelson Amenya, umunyeshule 'yakijije' Kenya
Yatangajwe
Leta ya Kenya yari yagiraniye amasezerano n'ikigo Adani c'abadandaza b'Abahindi, ashingiye ku kibuga c'indege.
Nelson Amenya ni umusore w'umu nye Kenya yiga m'Ubufaransa, yanyeguruye ayo masezerano y'urudandazwa yarimwo amahinyu.
Vyatumye abantu bahaguruka, basaba umuco, ayo masezerano aruhira guhagarikwa.
Ivyo kandi vyabaye igihe USA yari yafatiye ibihano Gautam Adani yashinze iyo kompanyi, kw'idosiye y'ibiturire.