Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umugore w'umurovyi bitera imikoshi abandi barovyi?
Umugore w'umurovyi bitera imikoshi abandi barovyi?
Yatangajwe
Pauline Mwaka ni umu nye Kenya yarengeye ivyo benshi bemera, Hamaton yita ibintazi.
I Kilifi iwabo, benshi, harimwo na nyina wiwe, bemera ko atari umwuga w'abagore.
Pauline we ahubwo yigishije abandi bagore babiri, Hamaton yishimira kuba bakorana.