Sudan: uko amasanamu y’ibinyoma ku ntambara akwiragizwa

Insiguro ya video, Itohoza ku masanamu adasanzwe y’ibinyoma
Sudan: uko amasanamu y’ibinyoma ku ntambara akwiragizwa
Yatangajwe

Abantu barabandanya kwicwa, kuva intambara zadutse muri Sudan.

N’amasanamu adasanzwe y’ibinyoma arahindurwa, agakwiragizwa ku mihora ya ‘internet’.

Ng’aya amwe mu matohoza ya BBC.

Mu bihe vy’intambara, nk’ivyo bikoreshwa n’abarwana ku mvo za ‘propagande’.

Sudan: Itohoza ku masanamu y’ibinyoma mu ntambara
Insiguro y'isanamu, Itohoza ku masanamu y’ibinyoma mu ntambara