Centrafrique: "bose bambwira ko bari barangandutseko"
Centrafrique: "bose bambwira ko bari barangandutseko"
Yatangajwe
Intahe z’abana bo Republika ya Centrafrika (CAR) imaze imyaka mirongo mu ndyane no mu mutekano muke.
CAR ifatwa nk’ahantu habi umwana atoba.
Abana barenga umuliyoni barakeneye imfashanyo.
Unicef ivuga ko yarengewe n’ubwinshi bw’abakeneye ubufasha kw’isi.




