Mugabe: ‘ubwenge ndengeramuntu’ rirabangamiye abana

Mugabe: ‘ubwenge ndengeramuntu’ rirabangamiye abana
Yatangajwe
Ayo masanamu ahingurwa n’ ‘ubwenge bucurano’, aragwiriye mu vyuma ‘nyabwonko’ (telefone, ordinateurs).
Ni ivyuma bikoreshwa cane mu nyigisho.
Hafatiwe ku ntahe z’abana, biragaragara ko amasanamu akoreshwa mu nyigisho abahubishisha ibinyoma.
Bamwe bavuga ko bemera ko nk’ ‘abakorokajuru’ (aliens) babaho, kubera amasanamu babona.



