Russia nt’iharura abayo bapfa – Itohoza
Russia nt’iharura abayo bapfa – Itohoza
Yatangajwe
Leta ya Russia yemeza ko hamaze gupfa abasirikare bayo nka 6 000.
Muri iri tohoza rya BBC ifadikanije n’ikimenyeshamakuru cigenga mu gihugu, habonetse abashika 25 000.
Benshi muri bo baba ari abacinjira mu gisirikare, bakiri bato.
Icigaragaje ni uko ibibanza bihambwamwo abapfa vyihongereye cane.




