Mississipi: Ingene umuji umwe wo muri iyo ntara ya USA wasenyuwe n'igihuhusi

Mississipi: Ingene umuji umwe wo muri iyo ntara ya USA wasenyuwe n'igihuhusi
Aho igihuhusi caciye i Mississipi
Insiguro y'isanamu, Mu mwanya muto umuji wose wasigaye ari ubunywenywe
Yatangajwe

Igihuhusi gikaze canke tornado cahitiye mu muji umwe wo muri Mississipi muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, gisiga gisasitse inganda...