Uko uyu mugore yarusimvye

Insiguro ya video, Florida - USA: umugore ari muri batatu bararokotse.
Uko uyu mugore yarusimvye
Yatangajwe

Igihe ivyuma vyo kwubaka vyakorokera mw’ibarabara, uyu mugore yari mu bandi bariko bararengana.

Mu mpande zitandukanye, amasanamu yerekana uko ivyo vyuma vyakorotse.

Abantu batatu barakomeretse, umwe mu bubatsi aho muri leta ya Florida – USA, yarapfuye.

Florida - USA: umugore ari muri batatu bararokotse.
Insiguro y'isanamu, Umugore ari muri batatu bararokotse.